Mista Karu

Mista Karu Musician Who Goes by the stage name Singer boy Mista Karu

19/05/2026

Mwaramutse neza
Bantu b'imana ?๐Ÿค

Aha rero ngira ndabe inkerebutsi ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚Bivanye nintara wavukiyemwo canke wakuriyemwo Ico kinyu Kiri mumupfuko bacita gute???...
18/05/2026

Aha rero ngira ndabe inkerebutsi ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚
Bivanye nintara wavukiyemwo canke wakuriyemwo
Ico kinyu Kiri mumupfuko bacita gute???
Twagiye ๐Ÿ˜ฒ๐Ÿ˜ฒ

18/05/2026

Ba fans banje ndabaramutsa iyi vidรฉo ndayikoze kubwanyu yirabe
Unkurikirana urihe????














Tubwizukuri kandi ntiwibeshere ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ Jewe reba ivyo mvuze kubwanje muri commantaire ๐ŸคŒ๐ŸคŒ๐ŸคŒ
17/05/2026

Tubwizukuri kandi ntiwibeshere ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ
Jewe reba ivyo mvuze kubwanje muri commantaire ๐ŸคŒ๐ŸคŒ๐ŸคŒ

Iyi ni YouTube ncishako indirimbo zanje kandi ziryoshe ushika kunshigikira ingo turyohegwane nindirimbo yanje shasha lin...
17/05/2026

Iyi ni YouTube ncishako indirimbo zanje kandi ziryoshe ushika kunshigikira ingo turyohegwane nindirimbo yanje shasha link iri muri commantaire
Murakoze

17/05/2026

Ubutumwa bukomeye kumisore yacu
Bahungu kuberiki mumezukwo
Ntimworongora ivyo biremwa???
๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

16/05/2026

Sat-B Muri Check Sound I Gitega Aririmvye NYANDIKA MUGITABO CABAKUNZI BAWE ๐Ÿ˜ญโค๏ธ Afise Ijwi Sha Ibaze Aririmvye Tel-Aviv Rero Wisanga Muri Mood Udafise Zaryamungu ๐Ÿ˜‚

Ariko Aha Hantu Nta Play Back Yarikenewe Vraiment Yari Live Music Ariko Kuva Mbonye DJ Wiwe NC Ncambona Ivyaza Gukora Harasha ๐Ÿ˜…

Umuhaye Angahe Kwi Cumi Kwiyi Live Music Akoze Muri Check Sound ????

A la Une @ Mista karu๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ















Atasaaa ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ
16/05/2026

Atasaaa ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ

16/05/2026

Mwaramutse neza Hama ndavyitse Hama ndabaramutsa ngiye kukazi ndyohewe ๐Ÿ˜†๐Ÿ˜†
uziki no ku myidagaduro














  Singer boyMumfashe mumugongo nzoshika kundoto ndabakunda bantu banje ๐Ÿค๐Ÿค๐Ÿค๐Ÿค๐Ÿค promotion y'indirimbo nshasha
15/05/2026

Singer boy

Mumfashe mumugongo nzoshika kundoto ndabakunda bantu banje
๐Ÿค๐Ÿค๐Ÿค๐Ÿค๐Ÿค promotion y'indirimbo nshasha








Address

Nairobi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mista Karu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The University

Send a message to Mista Karu:

Share