Umuco w'ukuri-Aletheia

Call Directions Website Contact the university

Umuco w'ukuri-Aletheia Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Umuco w'ukuri-Aletheia, College & University, Nicosia.

🔴Follow us:
============

Instagram: Umuco w'ukuri-Aletheia

TIKTOK: Umuco w'ukuri-Aletheia

YouTube: Umuco w'ukuri-Aletheia

WhatsApp number: +257 66 919 751

23/10/2026

N'ejo🤲🏻Igikorane c'abakenyezi n'abigeme👑

👑URUGORI RW'IGISAGARA TRANSPORT🚌_Harategekanijwe uburyo bwo kwiyunguruza ku buntu ku bakenyezi bipfuza kuzokwitabira igi...
23/10/2026

👑URUGORI RW'IGISAGARA TRANSPORT🚌

_Harategekanijwe uburyo bwo kwiyunguruza ku buntu ku bakenyezi bipfuza kuzokwitabira igikorane ''URUGORI RW'IGISAGARA'' kur'uno wa gatandatu._

Murashobora gusanga ibituro vy'aho bazobasanga bivanye n'aho muherereye kur'ano masanamu.

Ama bus akazotangura gutora abantu guhera isaha zitandatu n'igice (12h 30').

Kaze muri benshi.

15/10/2026

URUGORI RW'IGISAGARA👑

Mukenyezi har'ijwi ryitezwe gusamirana ku marembo y'igisagara. Reka mu ruvyaro rwawe, mu muryango wawe, mu rudandazwa rwawe humvikane inzamba imenyesha ukugira neza kw'Imana.

Tumira mugenzawe, incuti, ababanyi ndetse n'abagenzi. Baze basidukane n'iyonka, bitabire igikorane ngarukamwaka categuriwe abakenyezi.

📅24 GITUGUTU 2026
📍Aletheia Truth Revealed
⌚Guhera isaha umunani
🚌Harateguwe uburyo bwo kwiyunguruza ku buntu

Mwarahezagiwe!

06/08/2026

🤌🏿Bumbwa nivyo ufise (Imana)//✍🏻Prophet Evrard Sinagaye

03/08/2026

Amen🔥🙌🏻

03/07/2026

Bantu bo mu gisagara ca Rumonge no mu micungararo yaho, vyabihe vy'impemburo, vya bihe vy'umuvyuro, vya bihe vyo gukira no kubohoka mu buryo bwinshi, vyabihe vyo kwakira ubuzima, vyabihe vy'ukugaragara kw'ubwiza bw'Imana biragarutse kandi ubu ni imisi ibiri. Tumira incuti n'abagenzi, baba abari no mu mahanga, tubabwire ko isango ari kuwa 17 na 18 MUKAKARO 2026, kuri Stade Rumonge.

Kaze kaze kaze!!

Mwarahezagiwe cane!!!!

‼‼RUMONGE RUMONGE uragenderewe ubugira kandi...IGIKORANE Kidasanzwe kizoba kuruwo munsi, muzozane Abarwaye, ababoshwe, a...
04/06/2026

‼‼RUMONGE RUMONGE uragenderewe ubugira kandi...IGIKORANE Kidasanzwe kizoba kuruwo munsi, muzozane Abarwaye, ababoshwe, abafise ibibazo bitandukanye kuko YESU ariteze kubakorako🔆

23/03/2026

*PROPHETIC DECLARATION*


Aletheia🔟Anniversary celebration🎉Imyaka 10...y'ubuntu bw'Imana!Imyaka 10…y'ubwizigirwa bw'Imana!Imyaka 10...y'ukugira ne...
23/03/2026

Aletheia🔟Anniversary celebration🎉
Imyaka 10...y'ubuntu bw'Imana!
Imyaka 10…y'ubwizigirwa bw'Imana!
Imyaka 10...y'ukugira neza kw'Imana!

📍Kinindo Avenue du Large-Avenue Ndamukiza (Hafi y'i Hoteli King's Conference).

📅18.04.2026


🔟Anniversary
'sUnlimitedFavor

21/03/2026

Erega nuno munsi....Tugendeee🤲🏻🔥

Address

Nicosia
NICOSIA

Opening Hours

Wednesday 17:00 - 19:30
Sunday 09:00 - 12:00

Telephone

+25766919751

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umuco w'ukuri-Aletheia posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The University

Send a message to Umuco w'ukuri-Aletheia:

Shortcuts

Share

Nearby universities